Hôtel le Tambourinaire Kayanza

Hôtel le Tambourinaire Kayanza Uru ni urubuga rwa Hôtel Le Tambourinaire aho ushobora gukura amakuru atandukanye y'ibihakorerwa

Gutembera mu KAYANZA biraryoshe ariko biryoha cane iyo wamaze gufata icumba cawe muri Hôtel le Tambourinaire Kayanza kir...
25/07/2026

Gutembera mu KAYANZA biraryoshe ariko biryoha cane iyo wamaze gufata icumba cawe muri Hôtel le Tambourinaire Kayanza kirimwo Wi-Fi ya starlink kugira uze kuronka uko umbwira abandi ivyiza wabonye.

Ibijanye n'igikoni vyovyo ntitucirigwa turabivuga kuko nabaraye muhira niho baza kunywa akayi ko mugatondo hama ifunguro rya sasita bakaza kuryihereza batekanye muri jardin yaho akayaga kurengana.

Kumugoroba naho uteramira kumuziki canke ukirabira matches zo kw'isi yose n'ibindi vyinshi vyiza.

Abakinyi b'amareresi bishikiye muri  le tambourinaire tubakirana urweze nk'uko dusanzwe tubikora mukwakira ingenzi.Tubib...
24/07/2026

Abakinyi b'amareresi bishikiye muri le tambourinaire tubakirana urweze nk'uko dusanzwe tubikora mukwakira ingenzi.

Tubibutseko conexion ya Starlink ari uruzi muvyumba vyose akazi kawe ubandanya wikorera ukuri kwamye.

Mubisanzwe utarashika muri iki kibanza ntuba urashika mu Kayanza.

18/07/2026

Iyi gahunda mwari mwayimenye?
WETU Company media
MB Data

Address

RN 1
Kayanza

Telephone

+25769633605

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Hôtel le Tambourinaire Kayanza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Hotel

Send a message to Hôtel le Tambourinaire Kayanza:

Shortcuts

Share

Category